๐ Alessandro Bastoni nubu aracarindiranye igishika cinshi ikengeri ya FC Barcelona! Arindiriye kw'isona gusa acahita yimanukira mu ba Catalan! ๐๐ฅ
▪️ Alessandro Bastoni aracarindiriye ubusabe buva muri Barรงa.
▪️ Niyo bwatangwa, azoca yiganirira wenyene ubwiwe na Inter Milan ayisaba kugenda.
▪️ Uwo mukinyi yemeye amasezerano na Barรงa gushika mu mwaka wa 2031.
▪️ Abantu bamwegereye bavuga ko yoshobora kugenda ku mafaranga angana na €50M.
▪️ Mu Butaliyano, bavuga ko igiciro ciwe kiri hafi ya €70M.
▪️ Barรงa bavuga ko bafise ibindi bashira imbere, kandi hakenewe inama hagati ya Deco na Hansi Flick imbere yo gufata ingingo.
▪️ Bastoni azorindira Barรงa, ariko ata kwihutisha ibintu.
▪️ Ari mu buzima bwiza muri Inter, ariko Barรงa ni yo kipe yonyene yoshobora kumutuma asezera umugwi wiwe amazemwo igihe kinini.
▪️ Bastoni ashaka kumenya neza ko afise icizere ca Flick, si Deco gusa. [Mundo Deportivo]

Comments
Post a Comment