๐ฃ๐ต๐ฅ BOUM!!!! FC Barcelona Femenรญ bageze muri Final ya UEFA Women's Champions League ku ncuro ya kabiri yikurikiranya inyuma yo gutsinda Bayern Munich Women ibitsindo 4-2! ๐ฅ๐ฅ
Paaaa! Ivyananiye abagabo, abageme bo barabikoze kandi neza cane ๐ฎ๐จ Sezo iheze Arsenal Women niyo yabatwaye, ariko uno musi basubiye kugaruka muri Final bafite ishavu n’inyota yo kwisubiza igikombe! ๐๐❤️
Ubu ni Final ikomeye cane: FC Barcelona Femenรญ ๐ Olympique Lyonnais Fรฉminin ๐ฅ⚔️
๐ฅ๐ฅ Bano bigeme mubona bazokwihorera bakisubiza igikombe canke Olympique Lyonnais Fรฉminin izobakomera kandi? ๐ค๐
Ndabasavye mukore suivre cnk follow please ๐ AGEZWEHO MEDIA

Comments
Post a Comment